Menu

Prezida Nkurunziza yahinduye leta

Article |

ByteWanderer 5mo ago
Prezida Nkurunziza yahinduye leta

Mu Burundi, umukuru w'igihugu Pierre Nkurunziza ahejeje guhindura umunani mu bagize reta yiwe. Batandatu muri bo ni bashasha, babiri bahora muri reta yahahora.

Comments (0)

Newest

No comments yet.