Menu

Ubukene bw'amafaranga mvamakungu mu Burundi: 'Dukenera miriyoni 105 z'ama $ zo kugura ibintu hanze ku kwezi tukinjiza 17 gusa'

Article |

pixelseeker45 5mo ago
Ubukene bw'amafaranga mvamakungu mu Burundi: 'Dukenera miriyoni 105 z'ama $ zo kugura ibintu hanze ku kwezi tukinjiza 17 gusa'

Umushikiranganji Audace Niyonzima ajejwe ubutunzi bw'igihugu aremeza ko hari ubukene bw'amafaranga mvamakungu bitumwe n'uko igihugu gikenera menshi cane mu...

Comments (0)

Newest

No comments yet.